Yohana 20:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Yesu aramubwira ati: “Ntumfatire, kuko ntaraja kwa Data. Ahubwo genda ubwire bene Data ko mvuze nti: ‘Ngiye kuduga kwa Data ari we So, Imana yanje ari yo Mana yanyu.’ ” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Yesu aramubgira, ati Ntunkoreko, kuko ntaradūga kwa Data; ariko genda kwa bene Data, ubabarire, ut’ Agira adūge kwa Se ari we So, uti Ku Mana yiwe ari yo Mana yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |