Yohana 20:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Yesu aca aramuhamagara ati: “Mariya.” Na we arahindukira aramuraba, aca arasemerera mu rurimi rw’Igiheburayo ati: “Rabuni!” (bisigura “Mwigisha”). အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Yesu aramuhamagara, ati Mariya. Na we arahindukira, amwitaba mu Giheburayo, ati Rabuni (risobanurwa ngo Mwigisha). အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |