Yohana 20:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Kare mu gitondo ku musi wa mbere w’indwi, mu bucagucagu, Mariya Magadalena yazindutse ku mva asanga ca kibuye cari cugaye imva cakuweho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ku wa mbere w’imisi ndwi mu gahuru, hatarabona, Mariya Magadalene aja ku mva, abona ikibuye gikūwe ku mva; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |