Yohana 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Yesu atora imigozi ayitsibamwo ikimoko, yirukana abantu bose mu rusengero, asohora n’intama n’inka, asanzaza ibiceri vy’abavunja amafaranga, atembagariza n’imeza zabo hasi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Atsiba imigozi ayigira nk’ikimoko, abahinda mu rusengero bose, n’intama n’inka, asēsa amahera y’abariko baravunja, ahenura ameza yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |