Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 2:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Imisi mikuru ya Pasika y’Abayuda yegereje, Yesu aduga i Yerusalemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kandi Pasika y’Abayuda yari hafi; Yesu adūga i Yerusalemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 2:13
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yesu yinjira mu rusengero, yirukana abadandaza n’abariko baragura bose. Ahenagura imeza z’abavunja amahera hamwe n’intebe z’abadandaza inuma.


Yesu ashitse i Yerusalemu, yinjira mu rusengero atangura kwirukana abadandaza n’abariko baragura. Ahenagura imeza z’abavunja amahera hamwe n’intebe z’abadandaza inuma,


Yinjiye mu rusengero, aca atangura kwirukana abariko bararudandarizamwo.


Uko umwaka utashe, abavyeyi ba Yesu bama baja i Yerusalemu mu misi mikuru ya Pasika.


Imisi mikuru ya Pasika Abayuda bahimbaza yari yegereje, kandi abantu benshi bava mu mihingo yose y’igihugu bakaja i Yerusalemu kugira ngo bagire umugenzo wo kwihumanura imbere y’uko Pasika ishika.


Buca ari Umusi mukuru wa Pasika, Yesu yari azi ko igihe ciwe co kuva mw’isi ngo asubire kwa Se cashitse. Yari yarakunze abiwe bari mw’isi, kandi yarabakunze gushika ku mwanya wa nyuma.


Yesu ari i Yerusalemu ku Musi mukuru wa Pasika, abantu benshi baramwizeye babonye ibitangaza akora.


Hanyuma y’ivyo, Yesu aduga i Yerusalemu ku musi mukuru w’Abayuda.


Ico gihe Umusi mukuru wa Pasika w’Abayuda wari wegereje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ