Yohana 2:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Iki ni co gitangaza ca mbere Yesu yakoze, akaba yagikoreye i Kana mu ntara ya Galilaya. Uko ni ko Yesu yerekanye icubahiro ciwe, maze abigishwa biwe baramwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Iryo ni ryo tanguriro ry’ibimenyetso Yesu yakoze ar’i Kana i Galilaya, yerekana ubgiza bgiwe; kand’ abigishwa biwe baramwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |