Yohana 19:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nuko Yesu asohoka yambaye urugori rw’amahwa ku mutwe n’impuzu y’ubwami. Pilato arababwira ati: “Ng’uwu wa muntu!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Nuko Yesu asohoka yambaye ico gitsibo c’amahwa na ya mpuzu y’inyambarabami. Pilato arababgira, at’ Ehe rāba uwo muntu! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |