Yohana 19:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Kubera wari umusi wo kwitegurira Isabato y’Abayuda, kandi iyo mva ikaba yari hafi, Yosefu na Nikodemu baciye baryamika ikiziga ca Yesu muri iyo mva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 aho ni ho bāhamvye Yesu, kuko war’ umusi wo kwitegura kw’ Abayuda, kand’ iyo mva ikaba hafi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |