Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 19:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Yari kumwe na Nikodemu, umwe yagendera Yesu mw’ijoro. Nikodemu yari yaje azanye nk’ibiro mirongo itatu vy’ibimota neza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Kandi haza na Nikodemo, umwe yaza kuri Yesu mw ijoro ubga mbere, azana ikivange c’isenga n’imbazi nk’ibilo mirongwitanu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 19:39
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Irenga rivunitse ntazorihohosha, kandi n’urumuri rwaka buhoro ntazoruzimya, kandi ivyo azobikora kugeza ubutungane busasagaye.


Ariko benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.


Binjiye mu nzu, babona uwo mwana ari kumwe na nyina Mariya, barapfukama baramusenga. Hanyuma batekurura udusaho turimwo ivy’agaciro bagendanye babimuhako ishikanwa rigizwe n’inzahabu, n’utundi tuntu tumota neza.


Isabato iheze, Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo na Salome baja kugura amavuta amota neza kugira ngo baje kuyasiga umubiri wa Yesu.


Maze Mariya afata icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini ahinguwe mu giti bita narada, ayasuka ku birenge vya Yesu, aca abihanaguza umushatsi wiwe. Inzu yose yuzura ugutamirana kw’ayo mavuta.


Yesu arishura ati: “Nimureke kumugora! Ibi abikoze nk’uwuntegurira guhambwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ