Yohana 19:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Yesu amaze kwumviriza kuri ya nkarisha, aravuga ati: “Birarangiye.” Nuko ajondamika umutwe aracikana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Yesu amaze kuyihabga, aravuga, ati Birarangiye. Araheza ajondamika umutwe, umutima uraca. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |