Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 19:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Baramwēgēra, bati Ndagize bgakeye, Mwami w’Abayuda. Maze baramubīngūra.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 19:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yuda aca agenda atumbereye Yesu, avuga ati: “Ndakuramukije Rabi!” Aca aramusoma.


hanyuma bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe. Bamufatisha mu kuboko kw’i buryo inkoni y’irenga. Maze, bamupfukama imbere bamushinyagurira bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!”


Nuko batangura kumucokora bati: “Turagize bwakeye, Mwami w’Abayuda!”


Uwo mumarayika yinjira aho Mariya ari, amubwira ati: “Nezerwa! Umwami Imana akugiriye ubuntu, kandi ari kumwe na we.”


Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, umwe mu barinzi bari bahagaze hafi yiwe amukubita urushi mu maso, aramubaza ati: “Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?”


Nuko Pilato asubira ku kirimba, ahamagara Yesu, aramubaza ati: “Uri Umwami w’Abayuda?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ