Yohana 19:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 abwira wa mwigishwa ati: “Ng’uwo umuvyeyi wawe.” Kuva ico gihe, wa mwigishwa aca ajana Mariya iwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Maz’ abarira wa mwigishwa, ati Nguyo nyoko. Uhereye ako kanya uwo mwigishwa amujana i we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |