Yohana 19:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Yesu abonye nyina ahagaze aho, na wa mwigishwa Yesu yakunda amwegereye, abwira nyina ati: “Muvyeyi, ng’uwo umwana wawe,” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Yesu abonye nyina na wa mwigishwa yakunda ahagazeho, abarira nyina, ati Nyina wanje, nguyo umwana wawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |