Yohana 19:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Barasemerera bati: “Napfe! Napfe! Nabambwe!” Pilato arababaza ati: “Mushaka ko mbamba umwami wanyu?” Abakuru b’abaherezi baramwishura bati: “Nta wundi mwami dufise atari Kayisari.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Na bo barasemerera, bati Mukūreho, mukūreho, umubambe. Pilato arababaza, ati Mbambe umwami wanyu? Abaherezi bakuru bati Nta mwami dufise, atari Kayisari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |