Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 19:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Hari nk’isaha zitandatu ku musi wo kwitegurira Pasika. Nuko Pilato abwira Abayuda ati: “Ng’uwu umwami wanyu!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 War’ umusi wo kwitegurira Pasika, hari nk’isaha zitandatu. Abgira Abayuda, at’ Ehe rāba umwami wanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 19:14
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuva isaha zitandatu z’umurango kugeza isaha y’icenda, haba umwijima, utwikira igihugu cose.


Umusi ukurikira, hari kw’Isabato, abakuru b’abaherezi hamwe n’Abafarisayo baja kwa Pilato,


Igihe bamubamba hari nk’isaha zitatu z’igitondo.


Uwo musi wari uwo kwitegurira Isabato, ni ukuvuga buca haba Isabato. Nuko hageze ku mugoroba,


Hari nk’isaha zitandatu z’umurango, maze umwijima utwikira igihugu cose gushika isaha icenda,


Ivyo vyabaye ari ku musi wo kwitegurira Isabato, kandi yagira itangure.


bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso.


Kubera wari umusi wo kwitegurira Isabato y’Abayuda, kandi iyo mva ikaba yari hafi, Yosefu na Nikodemu baciye baryamika ikiziga ca Yesu muri iyo mva.


Nuko Yesu asohoka yambaye urugori rw’amahwa ku mutwe n’impuzu y’ubwami. Pilato arababwira ati: “Ng’uwu wa muntu!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ