Yohana 19:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Kuva ako kanya, Pilato agerageza kurekura Yesu, ariko abakuru b’Abayuda babandanya basemerera bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba ukiri umugenzi wa Kayisari. Umuntu wese yiyita umwami aba agararije Kayisari.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Uhereye aho Pilato arondera uburyo bg’uko yomurekura, arikw Abayuda barasemerera, bati Ni warekura uyo, ntuzoba ucuzura na Kayisari, kuk’ uwīgira umwami wese aba agararije Kayisari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |