Yohana 18:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Baramwishura bati: “Yesu w’i Nazareti.” Na we ababwira ati: “Ni jewe.” (Kandi Yuda, uwagira amugurishe, yari ahagararanye na bo.) အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Na bo baramwishura, bati Yesu Umunyanazareti. Arababgira, ati Ni jewe. Kandi Yuda, amugura, yar’ ahagararanye na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |