Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 18:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Yesu aramubaza ati: “Ibi ubibajije bivuye muri wewe canke ni ivyo wumvise abandi bamvugako?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Yesu ati Mbeg’ ivyo ubibajije kubgawe, canke n’abandi bakubariye ivyanje?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 18:34
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Pilato asubira ku kirimba, ahamagara Yesu, aramubaza ati: “Uri Umwami w’Abayuda?”


Pilato aramwishura ati: “Ubona jewe ndi Umuyuda? Abo mu bwoko bwawe n’abakuru b’abaherezi banyu ni bo bakunzaniye. Wagirizwa iki?”


Aca asubiza Yesu mu kirimba, aramubaza ati: “Uri uwa he?” Ariko Yesu ntiyagira ico amwishura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ