Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 18:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ico gihe, Simoni Petero yari agihagaze ha handi yota umuriro. Nuko baramubaza bati: “Wewe utegerezwa kuba uri umwe mu bigishwa biwe!” Na we arabihakana ati: “Sindi we.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Simoni Petero yar’ ahagaze yōta; nuko baramubaza, bati Mbega nawe uri mu bigishwa biwe? Na we arahakana, at’ Oya, sindimwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 18:25
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe, Petero yari yicaye hanze mu rugo. Maze umwigeme yakora ngaho, aramwegera avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu w’i Galilaya.”


Petero akiri hasi mu rugo, umwe mu bakobwa bakorera umuherezi mukuru aza aho ari.


Ariko bamaze gushika mu rugo bagacana umuriro bakicara, Petero na we yaciye yicarana na bo.


Maze incoreke imwe iramubona ariko arota. Iramwihweza, ica ivuga iti: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu.”


Ariko arabihakana, abwira uwo mugore ati: “Haba na mba, sindanamuzi!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ