Yohana 18:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yesu aramwishura ati: “Ninaba mvuze ibinyoma, vyerekane. Ariko nimba mvuze ukuri, unkubitiye iki?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Yesu aramubaza, ati Namba mvuze nabi, nyagiriza ico kibi; ariko namb’ ari neza, unkubitiye iki? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |