Yohana 18:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, umwe mu barinzi bari bahagaze hafi yiwe amukubita urushi mu maso, aramubaza ati: “Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Avuze artyo, umwe mu bagendanyi ahagazeho akubita Yesu urushi, at’ Uko ni ko wishura umuherezi mukuru? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |