Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 18:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ico gihe, umuherezi mukuru yariko arasambisha Yesu ku vyerekeye abigishwa biwe n’inyigisho ziwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Nuk’ umuherezi mukuru asiguza Yesu ivy’ abigishwa biwe n’inyigisho ziwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 18:19
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abaje gufata Yesu bamujana mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa, ahari hakoraniye abigisha b’ivyagezwe hamwe n’abakuru b’Abayuda.


Nuko bafata Yesu bamujana mu rugo rw’umuherezi mukuru, ahari hakoraniye abakuru b’abaherezi, abatware, n’abigisha b’ivyagezwe.


Nuko batangura kumugenza, bahera abantu bigize intungane ngo bamutegere mu majambo avuga, kugira ngo barabe ko boronka ivyo bamurega ku bategetsi b’Abaroma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ