Yohana 18:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kubera hari hakanye, abakozi n’abarinzi baciye bacana umuriro, bahagarara i ruhande yawo bota. Petero na we nyene ahagararana na bo yota. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Abashumba n’abagendanyi bāri bahagaze bacanye umuriro w’amakara, kuko hār’ imbeho, bariko barōta; kandi Petero na we yari kumwe na bo, ahagaze yōta. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |