Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 18:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 ariko Petero we asigara hanze. Maze wa mwigishwa yari azwi n’umuherezi mukuru aragaruka avugana n’umukobwa yarinda umuryango, na we yemerera Petero kwinjira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 ariko Petero asigara ahagaze kw irembo. Wa wundi mwigishwa yar’ azinanyi n’umuherezi mukuru, ashika kw irembo, avugana n’umukumirizi, araheza ashikana Petero imbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 18:16
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe, Petero yari yicaye hanze mu rugo. Maze umwigeme yakora ngaho, aramwegera avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu w’i Galilaya.”


Mu gihe c’imisi mikuru ya Pasika, umutware w’Umuroma yari afise umugenzo wo kurekura imbohe abantu bihitiyemwo.


Igihe cose mu misi mikuru ya Pasika, hari umugenzo wo kurekura imbohe abantu bisabiye.


Ariko bose basemerera icarimwe bati “Uwo muntu nabambwe, uturekurire Baraba.”


Petero aradodora ku rugi rwo kw’irembo, umukobwa w’umuguranokazi yitwa Roda aca aza kuraba uwudodoye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ