Yohana 18:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nuko Simoni Petero n’uwundi mwigishwa bakurikira Yesu. Uwo mwigishwa wundi yari azwi n’umuherezi mukuru, ivyo vyatumye yemererwa kwinjirana na Yesu mu rugo rw’umuherezi mukuru, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Simoni Petero akurikira Yesu, bo n’uwundi mwigishwa. Uwo mwigishwa yar’ azinanyi n’umuherezi mukuru, ashikana na Yesu mu rugo rw’uwo muherezi mukuru, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |