Yohana 18:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kayafa ni we yari yahanuye abakuru b’Abayuda ababwira ko vyoba vyiza ko umuntu umwe apfira abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kandi Kayafa ni we yari yagīriye inama Abayuda, yukw ar’ ibibereye k’umuntu umwe apfira ubgo bgoko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |