Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 18:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Maze Simoni Petero, yari asanganywe inkota, arayisokora, ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi. (Uwo mugurano yitwa Malikusi.)

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Simoni Petero yari n’inkota, arayisokōra, aca ugutwi kw’i buryo kw’umuntu w’umuherezi mukuru: uwo muntu yitwa Malikusi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 18:10
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Ndakubwire ukuri, iri joro nyene, imbere yuko isake ibika kabiri, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose.”


Umwe mu bari hafi ya Yesu asokora inkota yiwe ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.


Petero aramwishura ati: “Mwami, nditeguye kujana nawe no gushika mw’ibohero, mbere no gupfana na we.”


Umwe mu bagurano b’umuherezi mukuru yari incuti ya wa muntu Petero yaca ugutwi aramubwira ati: “Wewe sinakubonye uri kumwe na we muri rya tongo?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ