Yohana 17:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 kuko nabahaye amajambo wampaye kandi barayakira. Bamenye badakekeranya ko naje mva iwawe kandi bizeye ko ari wewe wantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 kukw amajambo wampaye nayabahaye, na bo bakayākīra, bakamenya vy’ukuri ko naturutse kuri wewe; bakizera kw ari wewe wantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |