Yohana 17:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ubu ni bwo bugingo budashira: ko bakumenya wewe, Imana y’ukuri yonyene, na Yesu Kristo, uwo watumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ubu ni bgo bugingo budashira, ko bamenya wewe, Imana yonyene y’ukuri, n’uwo watumye, Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |