Yohana 17:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Narakumenyekanishije muri bo, kandi nzobandanya ndakumenyekanisha kugira ngo urukundo unkunda rube muri bo kandi nanje mbe muri bo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Nabamenyesheje izina ryawe, kandi nzoribamenyesha, ng’ urukundo wankunze rube muri bo, nanje mbe muri bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |