Yohana 17:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Data, ndashaka ko abo wampaye babana nanje aho ndi, kugira ngo babone ubwiza bwanje, bumwe wampa, kuko wankunze isi itararemwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Data, abo wampaye ndagomba kw aho ndi na bo bahabana nanje, ngo barābe ubgiza bganje wampaye, kuko wankunze itanguriro ry’isi ritarashirwaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |