Yohana 17:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 jewe mbe muri bo, nawe ube muri jewe, aho ni ho bazoba umwe vy’ukuri, kugira ngo isi imenye ko wantumye kandi ko ubakunda nk’uko unkunda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Jewe mbe muri bo, nawe ube muri jewe, ngo bahīngūrwe babe umwe, kugira ngw isi imenye kw ari wewe wantumye, ukabakunda, nk’uko wankunze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |