16 Si ab’isi, nk’uko nanje ntari uwayo.
16 S’ab’ isi, nk’uko nanje ntar’ uw’ isi.
Nabahaye ijambo ryawe, kandi isi yarabanse kuko batakiri abayo, nk’uko nanje ntari uwayo.
Yesu arabandanya ati: “Mwebwe muri abo kuri iyi si, ariko jewe nkomoka hejuru. Muri ab’ino si, ariko jewe sindi uw’ino si.
Abo bavugishwa b’ibinyoma ni ab’isi ni co gituma bavuga nk’ab’isi kandi isi irabumviriza.