Yohana 17:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mu bushobozi bw’izina ryawe, rimwe wampa. Narabarinze kandi nta n’umwe muri bo yazimiye kiretse umwe yategerezwa kuranduka kugira ngo Ivyanditswe bishike. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mw izina ryawe wampaye. Narabashibamyeko, kandi nta n’umwe muri bo yapfuye rubi, atari wa mwana wo gupfa rubi, kugira ngw ivyanditswe bishike. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |