Yohana 16:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ariko ndababwire ukuri, vyobabera vyiza ko ngenda, kuko nintagenda, Umwitsa ntazobazako. Ariko ninagenda, nzoca ndamubarungikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ariko jewe ndababgira ukuri: Ikizogira ico kibamarira, n’uko jewe ngenda; kuko ni ntagenda, Umwitsa ntazoza kuri mwebge: ariko ni nagenda nzomubarungikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |