6 Yamara imitima yanyu yuzuye umubabaro kubera ivyo ndababwiye.
6 Ariko kuko mbabariye ivyo, umubabaro waciye wuzura mu mitima yanyu.
Yunamutse ahejeje gusenga, asubira aho ba bigishwa biwe bari bari, asanga barasinziriye, baremerewe n’umubabaro.
Yesu arababaza ati: “Ivyo mugenda muraganira ni ibiki?” Nuko baca barahagarara, bijiriwe cane.
“Ntimuhagarike imitima yanyu, mwizere Imana kandi nanje munyizere.