Yohana 16:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Igihe kiri hafi kandi kirashitse, aho mugiye gushwiragira, umwe wese afate inzira yiwe, munsige jenyene. Ariko sindi jenyene kuko Data ari kumwe nanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Igihe kigira kize, mbere kirashitse, aho muhava musābagira, umuntu wese aje mu vyiwe, munte jenyene, ariko sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |