Yohana 16:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Turatahuye ko uzi vyose, kandi ko bidakenewe ko umuntu akubaza ibibazo. Ivyo bitumye twizera ko waje uva ku Mana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Ubuho tumenye k’uzi vyose, kandi ko kubgawe utarinda ko hogira ūkubaza; ni co gituma twizera ko waturutse ku Mana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |