Yohana 16:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ibi ndabibabwiye mu migani, ariko igihe kiraje aho ntazosubira kubigishiriza mu migani, ariko nzobabwira ivya Data ndabitomoye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ivyo mbibabgiriye mu migani, arikw igihe kizoza sinzoba ngisubira kuvuganira namwe mu migani, mugabo nzobabgira ivya Data mbifoboye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |