Yohana 16:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Uwo musi, nta kibazo na kimwe muzosubira kumbaza. Ndababwire ukuri, ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje azokibaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kur’ uwo musi nta na kimwe muzombaza. N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ni hagira ico musaba Data cose azokibaha mw izina ryanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |