Yohana 16:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ni ko bimeze no kuri mwebwe: Iki ni igihe canyu c’umubabaro, ariko nitwasubira kubonana imitima yanyu izonezerwa, kandi nta n’umwe azoshobora kubatwara umunezero wanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ni ko namwe muri mu mubabaro, ariko nzosubira kubabona, kand’ imitima yanyu izonezerwa, umunezero wanyu nta n’umwe azowubanyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |