Yohana 16:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Iyo umugore agira yibaruke, agira umubabaro mwinshi kuko igihe ciwe co kwibaruka gishitse; ariko iyo umwana amaze kuvuka, yibagira wa mubabaro wiwe kuko anezerejwe no kubona ikibondo kivutse mw’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Umugore iy’ aramutswe, aja mu mubabaro, kukw igihe ciwe kigeze, arikw iy’ umwana amaze kuvuka ntaba acibuka kugorwa kwiwe, kukw anezerejwe n’uk’ umuntu avutse mw isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |