Yohana 16:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Nuko Yesu abonye ko bafise ico bashaka kumubaza, arababwira ati: “Muriko mubazanya ico nashatse kuvuga aho navuga nti: ‘Hasigaye igihe gito ntimusubire kumbona, ariko inyuma y’igihe gito muzosubira mumbone’? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Yesu amenya ko bagomba kumubaza, arababaza, ati Mbega mubazanya ic’ ari co, ko mbabariye nti Hasigaye igihe gito ntimube mukimbona, nti Maze hazoca ikindi gihe gito musubire kumbona? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |