Yohana 16:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ariko Mpwemu w’ukuri niyaza, azobarongorera mu kuri kwose. Ntazovuga ivyo yigeneye; ahubwo azovuga ivyo yumvise gusa, kandi azobabwira ibigiye kuba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Arik’ uwo Mpwemu w’ukuri ni yaza, azobarōngōra abashitse ku kuri kwose, kukw atazovuga ivyo yigeneye, arikw ivy’ azokwumva vyose ni vyo azovuga, kand’ azobamenyesha ibigira bize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |