Yohana 15:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Iyo mwamye ivyamwa vyinshi, muba mwerekanye ko muri abigishwa banje kandi ivyo bihesha Data icubahiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Mur’ ivyo Data arashimagizwa, ni mwama cane, kandi mukaba abigishwa banje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Woba wahawe ingabire yo kuvuga? Uvuge nk’aho Imana ari yo iriko ivugira muri wewe. Woba wahawe ingabire yo gufasha abandi, bikorane inkomezi zose Imana itanga. Ivyo bizotuma muri vyose Imana ihabwa icubahiro mw’izina rya Yesu Kristo. Icubahiro cose n’ubushobozi bibe ivy’Imana ubu n’ibihe bidashira! Amen.