Yohana 15:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Iyo ntakorera hagati muri bo ibitangaza ata muntu n’umwe yigeze akora, ntibokwagirijwe icaha. Ariko barabonye ivyo nakoze vyose, yamara baranyanse, banka na Data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Iyo ntaba narakoreye ibikorwa muri bo bitigeze gukorwa n’uwundi, nta caha baba bafise, ariko noneho twe na Data baratubonye, baraheza baratwanka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |