Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 15:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Iri ni ryo bwirizwa ryanje: Nimukundane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ivyo ndabibageze kugira ngo mukundane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 15:17
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ndabahaye icagezwe gishasha: Nimukundane. Nk’uko nabakunze, ni ko namwe mukwiye gukundana.


Ibwirizwa ryanje ni iri: Nimukundane nk’uko nabakunze.


Mwubahe umuntu wese, mukunde bene Data, mutinye Imana, mwubahe umwami.


Ubu na ho ga mupfasoni, sindakwandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndakwandikiye kimwe twakira kuva mu ntango: ko dukwiye gukundana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ