Yohana 15:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Si mwebwe mwantoranije, ni jewe nabatoranije. Nabashizeho kugira ngo mugende mwame ivyamwa, kandi ivyamwa bihoraho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje azokibahe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Si mwebge mwantoranije, ariko ni jewe nabatoranije, nabashizeho kugira ngo mugende murāma imbuto, kandi ngw imbuto zanyu zigumeho, kugira ngw ico muzosaba Data cose mw izina ryanje, akibahe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |