Yohana 15:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Sinkibita abakozi, kuko umukozi ntamenya ivyo shebuja akora. Mwebwe nabise abakunzi banje, kuko ivyo numvanye Data vyose nabibamenyesheje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Sinkibita abashumba, kuk’ umushumba atamenya ico shebuja akora; ariko mweho nabise abakunzi, kukw ivyo numvanye Data vyose nabibamenyesheje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |