Yohana 14:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Mwibuke ivyo nababwiye: Ngiye kugenda ariko nzogaruka aho muri. Iyo muba munkunda, mwari kunezerezwa n’uko ngiye kuja kwa Data, kuko Data aranduta cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Mwumvise ko nababgiye, nti Ndagiye, ariko nzobagarukako. Iyo muba munkunda, muba munezerejwe n’uko ngiye kwa Data, kuko Data ari we anduta. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |